الإخلاص
The Sincerity • 4 ayahs • Meccan
بِسْمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحْمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
1Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana Allah, ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu bushobozi bwo kurema no mu mazina n’amatazirano yayo.
2Imana Allah, ni Yo Nyenugutumberwa muri vyose.
3Ntiyavyaye kandi ntiyavyawe, eka ntigira n’umugore.
4Kandi ntigira ikiremwa na kimwe bisa canke bisusa, haba mu mazina n’amatazirano yayo, haba no mu bushobozi bwayo”.